1 Samweli 10:20 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)20 Nuko Samweli ahamagaza imiryango yose y’Abisirayeli, ubupfindo bufata umuryango w’Ababenyamini. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |
Maze Sauli aravuga, at’ Ewe Uhoraho, Mana y’Abisirayeli, (n’ iki gitumye utishura umusavyi wawe uyu musi? Namb’ ico caha kiri muri jewe canke muri Yonatani umwana wanje, Uhoraho Mana y’Abisirayeli, rekura Urimu, arikw asangwa kiri mu bantu bawe Abisirayeli), rekura Tumimu. Nuk’ ubupfindo bufata Yonatani na Sauli, arikw abantu barēra.