1 Samweli 10:2 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)2 Uyu musi ni twamara gutandukana, uja gusanga abantu babiri hafi y’ imva ya Rakeli ku rubibe rw’Ababenyamini i Selusa; kandi barakubarira, bat’ Indogoba wari wagiye kurondera zarabonetse, bati Kandi so asigaye ahagarikiye umutima wewe kuruta izo ndogoba, avuga ngw ivy’ umwana wiwe yobigenza ate? အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |