Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




1 Samweli 10:19 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

19 arik’ uyu musi muranse Imana yanyu, kand’ ari yo nyene ubgayo ihora ibakiza mu vyago vyanyu vyose no mu magorwa; mwarayibgiye ngo n’ibahe umwami. Nuko rero, ni muze muhagarare imbere y’Uhoraho, umuryango wose uk’ uri, n’ inzu yose ukw iri.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




1 Samweli 10:19
18 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Utwo bapfindisha baduterera mu mpuzu zo mu gikiriza, Arik’ uko bigenda kwose bigerwa n’Uhoraho.


Ariko wewe, Betelehemu Efurata, nah’ ur’ inkehwa mu bihumbi vy’i Buyuda, muri wewe hazomviramw’ ūzoba segaba mu Bisirayeli; amamo yiwe yahereye kera hose, ibihe n’ibindi.


ut’ Ariko muzozirya ukwezi kwiramvuriye, gushitsa aho zizosigara zibaduhiye, zikabasesema; uti Kuko mumwanse, Uhoraho ari muri mwebge, uti Mukaririra imbere yiwe, muti Twaviriye iki muri Egiputa?


ati Barira Abisirayeli baguhe inkoni, umuryango wa ba sekuruza wose utange imwe‐imwe, zitangwe n’abakuru bose b’imiryango ya ba sekuruza, izo nkoni zose na zose zibe cumi na zibiri: uheze wandike izina ry’umuntu wese ku nkoni yiwe.


Ni mwamara gushika mu gihugu Uhoraho Imana yanyu abaha, mukacegukira mukakibamwo; mukiyumvira, muti Reka twishirireh’ umwami wo kutuganza, nk’uko bimeze mu yandi mahanga yose adukikije;


Maze Yosuwa akoraniriza imiryango yose y’Abisirayeli i Shekemu, ahamagaza abashingantahe b’Abisirayeli n’abakuru babo n’abacamanza babo n’abagabisha b’ingabo, bararenguka bahagarara imbere y’Imana.


Gideyoni arabishura, at’ Eka sinemeye kubaganza, n’umwana wanje ntazobaganza; arik’ Uhoraho ni we azobaganza.


Nuko Samweli ahamagaza imiryango yose y’Abisirayeli, ubupfindo bufata umuryango w’Ababenyamini.


Maze mubona Nahashi umwami w’Abamoni abateye; kandi nah’ Uhoraho Imana yanyu ari we yar’ umwami wanyu, murambarira, muti Nta co biriko: mut’ Umwami ni we azotuganza.


Uko ni k’Uhoraho yarokoye Abisirayeli uwo musi; kand’ urugamba rurinda rurenga i Beti‐aveni.


Maze Sauli aravuga, ati Ni mwīgire hano, mwese abakuru b’abantu, musuzume murābe icaha cakozwe uyu musi ic’ ari co.


Nuk’ Uhoraho asubira kwiyerekanira i Shilo, kukw i Shilo nyene ari ho Uhoraho yihishuririra Samweli mw ijambo ryiwe. Kand’ ijambo rya Samweli rishika ku Bisirayeli bose.


Bukeye Abisirayeli batera Abafilisitiya, basagaza ahabangikanye n’i Ebenezeri; Abafilisitiya na bo basagaza kuri Afeka.


Arikw abantu banka kwumva ivyo Samweli ababariye, baravuga, bati Nta co biriko, turagomba umwami wo kutuganza,


baramubarira, bat’ Ehe rāba urashaje, kand’ abahungu bawe ntibafise ingeso nk’izawe; none rer’ utwimikire umwami wo kuducīra imanza nk’ayandi mahanga yose.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ