Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




1 Samweli 10:18 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

18 abarira Abisirayeli, at’ Uku ni k’Uhoraho Imana y’Abisirayeli agize, ngo Yadūganye Abisirayeli abakūye muri Egiputa, ngw Arabarokora abakūra mu maboko y’ Abanyegiputa no mu maboko y’ abami bose bābahahaza;

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




1 Samweli 10:18
7 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Na bo bazomenya yuko nd’Uhoraho Imana yabo, yabakūye mu gihugu ca Egiputa, kugira ngo nze mbe hagati muri bo: ni jewe Uhoraho Imana yabo.


Kandi ni mwaba mu gihugu canyu, mugatabara kurwanya ababisha babateye, muze muvuze izo nzumbete ijwi rirengēra, maze muzokwibukwa nanje, Uhoraho Imana yanyu, mukizwe abansi banyu.


Umumarayika w’Uhoraho ava i Gilugali aradūga, aja i Bokimu. Arababarira, ati Nabadūganye mbakūye muri Egiputa, mbashikana mu gihugu nasezeraniye ba sogokuruza, nkavuga, nti Nta ho nzova mw isezerano nabasezeraniye;


Yakobo yagiye muri Egiputa, Abanyegiputa babagirira nabi; maze ba sogokuruza batakambira Uhoraho, na we atuma Mose na Aroni, babakūra muri Egiputa, babagerēra mur’ iki gihugu.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ