Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




1 Samweli 10:16 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

16 Sauli yishura se wabo, ati Yatubariye neza kw indogoba zabonetse. Ariko ku vy’ubgami Samweli yamubariye, ntiyagira ico amukerukiriza.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




1 Samweli 10:16
9 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Mose aragenda, asubira kwa Yetiro sebukwe, aramubarira, ati Ndagusavye, undekure, nsubire ku b’i wacu bari muri Egiputa, ndābe yuko bakiriho. Yetiro yishura Mose, ati Genda amahoro.


Uwitonda ahisha ivyo azi, Arik’ umutima w’ibipfu uswaganya ubupfu.


Igipfu gihogomboka ivy’ uburake bgaco bgose, Arik’ umunyabgenge we, iyo buje arabutsindagira, akabuhwamika.


igihe co gutabura n’igihe co kubarīra; igihe co gucereza n’ igihe co kuvuga;


Maze Mpwemu w’ Uhoraho amuzako akābushungwe, arayitabagura nk’uwotabagura umwagazi w’impene, kandi yar’ imbokoboko. Ariko ntiyabgira se canke nyina ico akoze.


Arabuhakura, abushira mu minwe, agenda araburya; ashikiriye se na nyina, abubahako, na bo baraburya; ariko ntiyababgira kw abukūye mu kirangara c’intambge.


Se wabo wa Sauli aramwishura, at’ Enda se mbarira ivyo Samweli yababgiye.


Kandi ku vya za ndogoba zawe, zimaze gatatu zizimiye, ntiziguhagarike umutima: zārabonetse. Mbeg’ ivy’ igikundiro vyose vyo mu Bisirayeli bibīkiwe nde? Si wewe nyene, n’inzu yose ya so?


Bakimanuka, bashitse ah’ igisagara kigarukira, Samweli abarira Sauli, ati Barira uwo muntu wawe atambuke imbere; nawe uhagarare gatoya, nkumenyeshe ijambo ry’ Imana.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ