Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




1 Samweli 10:15 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

15 Se wabo wa Sauli aramwishura, at’ Enda se mbarira ivyo Samweli yababgiye.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




1 Samweli 10:15
3 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Maz’ abaganwa bose baza kuri Yeremiya, barabimubaza: na we abishura amajambo yose nk’uk’ umwami yamubariye. Baca baramureka, barīgīra, kukw ayo majambo yabaye akabanga.


Se wabo wa Sauli abaza Sauli na wa muntu wiwe, ati Mbega mwagiye hehe? Aramwishura, ati Twagiye kurondera za ndogoba; maze tubonye tuzibuze tuja kwa Samweli.


Sauli yishura se wabo, ati Yatubariye neza kw indogoba zabonetse. Ariko ku vy’ubgami Samweli yamubariye, ntiyagira ico amukerukiriza.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ