14 Se wabo wa Sauli abaza Sauli na wa muntu wiwe, ati Mbega mwagiye hehe? Aramwishura, ati Twagiye kurondera za ndogoba; maze tubonye tuzibuze tuja kwa Samweli.
Maz’ araza, yinjira aho shebuja ari. Elisa aramubaza, at’ Uvuye hehe ga Gehazi? Uwundi at’ Eka nta ho nagiye.
Maz’ arangije kuvugishwa aja ha hantu hēra ku mpinga y’umusozi.
Se wabo wa Sauli aramwishura, at’ Enda se mbarira ivyo Samweli yababgiye.
Muka Sauli yitwa Ahinowamu mwene Ahimasi; kand’ umugabisha w’ingabo ziwe yari Abuneri mwene Neri, se wabo wa Sauli;