Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




1 Samweli 10:12 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

12 Umwe wo mu baba aho hantu arabaza, ati Mbeg’ abo ni bene nde? Ni co catumye bihinduka akagani, ngo Mbega Sauli na we yari mu bavugishwa n’Imana?

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




1 Samweli 10:12
7 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Abana bawe bose bazokwigishwa nanje, jewe Uhoraho, kand’ amahoro abana bawe bazogira azoba menshi.


Mu majambo y’abavugishwa n’Imana handitswe, ngo Bose bazoba abigishijwe n’Imana. Uwumvise ivya Data wese akavyiga, aza kuri jewe.


Maze Yesu arabishura, at’ Izi nyigisho zanje s’izanje, n’iz’ uwantumye.


Gutanga kwose kwiza, n’ingabire yose itunganye rwose biva mw ijuru, vyururuka biva kuri Se w’imico, adashobora guhinduka canke kugira igitūtu gitewe n’uguhindagurika.


Maz’ arangije kuvugishwa aja ha hantu hēra ku mpinga y’umusozi.


Aca agenda i Nayoti i Rama; maze Mpwemu w’Imana amuzako na we, agenda aravugishwa kurinda ashika i Nayoti i Rama nyene.


Ashitseyo yīkiza impuzu ziwe, avugishirizwa imbere ya Samweli arambaraye hasi yambaye ubusa, yiriza umusi akēsha ijoro. Ni co catumye bavuga, bati Mbega Sauli na we yari mu bavugishwa n’Imana?


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ