Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




1 Samweli 1:4 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

4 Umusi Elukana yatangakw ikimazi, yahakw imitigiri Penina umugore wiwe, n’abahungu biwe n’abakobga biwe;

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




1 Samweli 1:4
5 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

n’amafyigo yompi, n’ ibinure bihometse kuri yo, ahahereranye n’umurya, n’agashami gatoya k’igitigu, agakūrane n’ amafyigo.


Kand’ inyama z’ico kimazi ciwe c’ishimwe yatanze kubgo gukenguruka, zize ziribge ku musi agitanzeko nyene: ntihaze hagire izo asigaza ngo zirāre.


muheze munezererwe imbere yiwe, Uhoraho Imana yanyu, ha hantu nyene azoba yātoranije ngw ahashire izina ryiwe ngo rihabe, munezeranwe n’ abahungu banyu n’abakobga banyu, n’abagurano banyu n’abaguranokazi banyu, n’Abalewi baba i wanyu, n’inyambukīra n’ impfuvyi n’abapfakazi baba muri mwebge.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ