Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




1 Samweli 1:27 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

27 Uyu mwana ni we nasaba, kand’ Uhoraho yampaye ico namusavye.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




1 Samweli 1:27
11 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Yabesi atakambira Imana y’Abisirayeli, at’ Icompa ukampa umugisha, ukūngura urubibe rwanje, ukuboko kwawe kukagenda kundamira, ukandinda ivyago, singorwe! Nukw Imana imuha ivyo yasavye.


Hamwe nari mu mubabaro, nambaje Uhoraho: Uhoraho aranyitaba, anshira ahantu hāgutse.


Mu magorwa yanje natakambiye Uhoraho, Aranyishura.


Uhoraho yumvise ukwinginga kwanje; Uhoraho azokwemera ugusenga kwanje.


Imisi yose y’ubunaziri bgiwe az’ abe uwera kuri jewe Uhoraho.


Musabe, muzohabga; murondere, muzoronka; muramutse, muzokwugururirwa.


Kandi ko tuzi yuko yumva ico dusavye cose, bitumenyesha yuko duhawe ivyo tuyisavye.


Eli na we agahezagira Elukana n’umugore wiwe, at’ Uragahabga uruvyaro n’Uhoraho kur’ uyu mugore, abasubirize mu bukandu bg’ uwo yahaye Uhoraho kw’ inkūka; bagaheza bagasubira i wabo.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ