Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




1 Samweli 1:23 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

23 Maze Elukana umugabo wiwe aramwishura, ati N’ukore ico ushimye: wigumire aho gushitsa ah’uzomucūkiriza; arik’ Uhoraho n’ashitse ijambo ryiwe. Nuk’ uwo mugore yigumira ngaho, yonsa umwana wiwe, gushitsa aho yamucūkirije.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




1 Samweli 1:23
12 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Nuko none, Uhoraho Mana, ijambo uvuze kuri jewe umusavyi wawe no ku nzu yanje urikomeze ibihe vyose, kand’ ushitse ivy’ uvuze.


Ngo mvyuke kwonsa umwana bugira buce, nsanga yapfuye; ariko bukeye ndamwitegereje, nsanga si we w’iwanje navyaye.


Ariko ni wewe wankūye mu nda ya mama: Wanyijigije nkiri kw ibere rya mama.


Nkomeza ijambo ry’umusavyi wanje, ngashitsa inama z’intumwa zanje, mvuga ivya Yerusalemu, nti Hazokwongera gutūrika; n’ivy’ ibisagara vy’i Buyuda, nti Bizokwubakwa, kandi nzovyutsa ahāsenyutse haho.


Arik’ umugabo wiwe ni yavyanzuza ku musi avyumviyeko, ivyamuvuye mu kanwa vyose vy’ amasezerano n’ivyo yaraganye akavyibohesha, ntibizohama, kuk’ umugabo wiwe yavyanjuje; kand’ Uhoraho azomuharira.


Ariko mur’ iyo misi abazoba batwaye inda n’abonsa bazobona ibara.


Akivuga ivyo, umugore wo mw ishengero ashira hejuru, aramubgira, ati Hahirwa inda yakuvyaye, n’amabere yakwonkeje.


Maze Eli aramwishura, ati Nuko ni wīgīre amahoro; Imana ya Isirayeli iguhe ico wayisavye.


Maze Sauli aravuga, at’ Enda ni muze tumanuke, dukurikire Abafilisitiya iri joro, turāre turabanyaga gushitsa mu macaca, ntihagire umuntu n’umwe dusiga. Baramwishura, bati Kora uk’ ugomba kwose. Arik’ umuherezi ati Ni mwīgire hano twēgēre Imana.


Maz’ abarira Abisirayeli bose, ati Ni muherēre ku ruhande rumwe, nanje na Yonatani umwana wanje turaherēra ku rundi. Nukw abantu bishura Sauli, bati Kora uk’ ugomba.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ