Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




1 Samweli 1:20 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

20 Igihe kiragera, Hana asama inda, avyara umwana w’umuhungu, amwita Samweli, ati Kuko namusavye Uhoraho.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




1 Samweli 1:20
13 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Umumarayika w’Uhoraho arongera aramubgira, ati Rāba ufise inda, uzovyara umuhungu, kand’ uz’ umwite Ishimayeli, kuk’ Uhoraho yumvise kubabazwa kwawe.


Maz’ Imana yibuka Rakeli, iramwumvira, izibūra inda yiwe.


Adamu yongera kubana n’ umugore wiwe, avyara umuhungu, amwita Seti, ati Kukw Imana inshumbushije urundi ruvyaro mu gishingo ca Abeli, kuko Kayini yamwishe.


amwita Nowa, at’ Uyu azoturuhura mu bikorwa vyacu no mu butame bg’ amaboko yacu butewe n’iri vu Uhoraho yavumye.


Yabesi atakambira Imana y’Abisirayeli, at’ Icompa ukampa umugisha, ukūngura urubibe rwanje, ukuboko kwawe kukagenda kundamira, ukandinda ivyago, singorwe! Nukw Imana imuha ivyo yasavye.


Mu magorwa yanje natakambiye Uhoraho, Aranyishura.


Umwana amaze gukura, amushīra umukobga wa Farawo, acika umwana wiwe. Amwita Mose, ati N’uko namukūye mu mazi.


Avyara umuhungu, se amwita Gerushomu, ati Nabaye inyambukīra mu gihugu kitar’ icacu.


Azovyara umwana w’umuhungu, nawe uz’ umwite YESU, kukw ari we azokiza abantu biwe ivyaha vyabo.


Mvuge ikindi ki? Kukw igihe condengana ndondoye ivya Gideyoni n’ivya Baraki n’ivya Samusoni n’ivya Yefuta n’ivya Dawidi n’ivya Samweli n’ivy’ abāvugishwa n’Imana,


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ