Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




1 Samweli 1:18 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

18 Na we aramwishura, ati N’ umpangaze, jewe incoreke yawe. Maz’ uwo mugore arīgīra; araheza ararya, ntiyasubira kwiraburanirwa ukundi.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




1 Samweli 1:18
11 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

muti Kand’ afise inka n’indogoba n’imikuku n’abatungano b’abahungu n’abakobga: muti Non’ adutumye kubikumenyesha, mugenzi, kugira ngw agirirwe akagongwe imbere yawe.


Izo ntumwa zigaruka kuri Yakobo, ziti Twarashitse kwa mukurwawe Esau, non’ araje kugusanganira, kand’ azananye n’ingabo amajana ane.


Esau aramubarira, ati Reka ngusigarane bamwe mu bo turi kumwe. Yakobo aramwishura, ati Nta co biriko: kizima ngiriwe akagongwe imbere yawe, databuja.


Aramubaza, at’ Ayo masho yose twahūye, yo n’ay’ iki? Aramwishura, ati N’ayo kugira ngo ngirirwe akagongwe imbere yawe, mugenzi.


Uyu mugorwa yaratakamvye, Uhoraho aramwumva, Amukiza amarushwa yiwe yose.


Ni wīgīre, wīrīre ivyo kurya vyawe unezerewe, winywere vino yawe n’umutima uhimbawe; kukw Imana imaze kwemera ibikorwa vyawe.


Kugeza ubu nta co mwasavye mw izina ryanje; musabe muzohabga, ng’umunezero wanyu wuzuzwe.


Imana itanga ivyizigiro ibuzuze umunezero wose n’amahoro biva ku kwizera, kugira ngo murushirize kwizigira ibizoba, mubihawe n’ubushobozi bga Mpwemu Yera.


Aramwishura, ati Ni ngirirwe akagongwe imbere yawe, mugenzi, kuk’ ummaze umubabaro, ukabarira incoreke yawe neza, naho ntahwanye n’umwe wo mu ncoreke zawe.


Rusi wa Munyamowabukazi abarira Nawomi, ati Ndekura ngende mu bibuba mpūmbe uduhūmbga, nkurikire uwongirira ubuntu. Aramwishura, ati Genda, mukobga wanje.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ