Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




1 Samweli 1:14 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

14 Nuko Eli aramubaza, at’ Uzogeza hehe kwama uborewe? Genda uhebe iyo vino yawe!

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




1 Samweli 1:14
12 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Namba har’ ukugabitanya mu kuboko kwawe ugute kure, Kandi ntukundire ibitagororotse ko biba mu mahema yawe:


Ni wagaruka kw Īshobora vyose, Ugashira ukugabitanya kure y’urugo rwawe, uzokomezwa.


at’ Uzogeza ryari kuvuga ben’ ivyo? Kand’ amajambo yo mu kanwa kawe azogeza ryari kuba nk’umuyaga w’igihuhuta?


Muzogeza hehe gutera umuntu, Ngo mumwice mwese, Nk’igisika gihengamye, nk’ uruzitiro rugira rutembe?


Wīkūrekw akanwa kagoreka, N’iminwa ihushagirika uyishire kure yawe.


Uzogeza ryari kwiryamira, ga wa munebge we? Uzovyuka ryari ng’ uve mw itiro?


Arikw abandi barabanegura, bati Baborewe igisāma.


Bose buzuzwa Mpwemu Yera, batangura kuvuga izindi ndimi, uko Mpwemu abahaye kuzivuga.


Maze mwiyambuye ibinyoma, umuntu wese avugane ivy’ ukuri na mugenzi we, kuko tur’ ingingo za bagenzi bacu.


Umururazi wose no kujingitwa n’uburake no gutongana no gutukana bibavemwo, hamwe n’inzigo yose.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ