Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




1 Samweli 1:13 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

13 kuko Hana yavugira mu mutima, akubita umunwa gusa, arikw ijwi ryiwe ritumvikana; ni co catumye Eli yiyumvira kw aborewe.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




1 Samweli 1:13
8 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Nuk’ umwami arambaza, ati Non’ ugomba iki? Nca nsenga Imana Nyen’ ijuru.


Uhoraho Nyen’ ingabo azobakīranira; bazoyogeza, basiribange amabuye atewe n’umugozi; bazoromozwa n’amaraso basāmūke nk’ababorewe vino: bazokwuzura amaraso nk’ inzavya, bahinduke nk’inkokora z’igicaniro.


Arikw abandi barabanegura, bati Baborewe igisāma.


Ni ko na Mpwemu adufasha mu ntege nke zacu: kuko tutazi uko dukwiye gusenga, ariko Mpwemu ubgiwe aradusengera, aniha iminiho itovugwa;


rurenzako muri vyose, rwizera vyose, rwizigira vyose, rwihanganira vyose.


Nukw akomeje artyo gusengera imbere y’Uhoraho, Eli yitegereza umunwa wiwe;


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ