1 Petero 5:5 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)5 Namwe bukungu, mugamburukire abashingantahe. Mwese mukenyere ukwicisha bugufi kugira ngo mukorerane: kukw Imana irwanya abībona, arikw abicisha bugufi ikabaha ubuntu. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe5 Rwaruka, namwe mwubahe uburongozi bw’ishengero. Kandi umwe wese muri mwebwe yicishe bugufi imbere ya mugenziwe kuko, “Imana igwanya abibona ariko igirira ubuntu abicisha bugufi.” အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |