1 Petero 5:10 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)10 Kand’ Imana igira ubuntu bgose, yabahamagariye ubgiza bgayo budashira muri muri Kristo, ni mwaheza kubabazwa akanya gato, izobahīngūra rwose ubgayo, izobaremesha, ibahe inkomezi. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe10 Kandi Imana nyene ubuntu, yabahamagariye ubwiza bwayo muri Yesu Kristo, mumaze kubabazwa igihe gito, izobiyegereza ibakomeze, ibaremeshe. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |