1 Petero 4:16 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)16 Ariko ni hāgira ūhōrwa kuba Umukristo, yoye kumāramāra, arikw aheshe Imana icubahiro kubg’ iryo zina. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe16 Ariko nihagira uwubabazwa ahorwa kuba Umukristo, ntibikamutere isoni. Ahubwo ahimbaze Imana kubera iteka atewe ryo kwitirirwa iryo zina! အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |