1 Petero 3:9 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)9 ntimugere ikibi ku kindi, cank’ igitutsi ku kindi; ariko mubigerāne n’umuhezagiro, kukw ico ari co mwahamagariwe, kugira ngo namwe muragwe umugisha. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe9 Ntimukihorane canke ngo mwishure uwubatutse. Ahubwo mubahezagire kuko ico ari co Imana yabahamagariye gukora ngo namwe muragwe umuhezagiro. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |