Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




1 Petero 3:6 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

6 nk’uko Sara yumvira Aburahamu, akamwita umwami wiwe; namwe mur’ abana b’uwo, ni mwahora mukora neza, mudaterwa ubgoba n’icobaca ivutu.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibiliya mu Kirundi coroshe

6 Akarorero ni Sara, yumvira umugabo wiwe, Aburahamu, akamwita umwami wiwe. Namwe muba mubaye abakobwa b’uwo igihe mukoze ibibereye mudatinya.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




1 Petero 3:6
12 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Maze Sara atwengera mu mutima, ati Ko mmaze gukecura noba nkigomba umugabo, kand’ umwami wanje akaba ashaje?


Maze Sara arahakana, at’ Eka sintwenze: kukw atinye. Aramubarira, at’ Oya uratwenze.


Ni co kizotuma umwami agomwa igikundiro cawe, Kukw ari we Mwami wawe, nawe umwunamire.


Mbeg’ uwo watinya ukamugirira ubgoba ni nde, bigatuma ubesha, ntunyibuke, ng’ ubishirek’ umutima? Mbega simmaze igihe kinini ncereje, si co catumye utanyubaha?


Petero na Yohana barabishura, bati Namb’ ari vyiza mu nyonga z’Imana kubumvira kubarutisha Imana, ni mubitandukanye:


Nuko mu mutwenzi nya mugore araza, ahenukira imbere y’umuryango w’inzu y’uwo mutāma, ah’ umugabo wiwe ari, burinda buca ari ngaho.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ