1 Petero 3:20 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)20 ni zo z’abatumviye Imana kera, hamwe ukwihangana kwayo kwari kukirorereye mu misi ya Nowa, bga bgato bukibāzwa; muri bgo hārokokeye abantu bakeya, bashika umunani, bākirijwe mu mazi. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe20 z’abantu banse kwumvira Ubutumwa Bwiza, igihe Imana yari icihanganiye abantu, aho Nowa yubaka ubwato. Abantu umunani gusa bari muri bwo ni bo barokotse bakira umwuzure. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |