1 Petero 3:16 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)16 mufise imitima itarimw’ ijwi ribāgiriza ikibi, kugira ngo no ku vyo muvugwa nabi, abatuka ingeso zanyu nziza zo muri Kristo bamāramāre. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe16 Mubikorane umutima utabagiriza ikibi, kugira ngo n’ababavuga nabi bazomaramare babonye ingeso zanyu nziza muri Kristo. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |