1 Petero 3:11 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)11 Kand’ azibukīre ibibi, akore ivyiza; Arondere amahoro, ayakurikire, kugira ngw ayashikīre. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe11 Yitandukanye n’ikibi akore ivyiza, arondere amahoro kandi ayakurikirane. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |