1 Petero 2:2 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)2 mumere nk’inzoya zivutse vuba, mwifuze amata y’umutima adafunguye, kugira ngw abakuze abashitse ku gakiza; အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe2 Mumere nk’abana bato b’inzoya, mwipfuze kandi murondere kunywa amata y’impwemu atavanze, kugira ngo abakuze mu gakiza, အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |