1 Petero 2:19 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)19 Kukw igishimwa ar’ uk’ umuntu, namb’ ahanūwe n’ijwi ryo mu mutima gukora ivy’ Imana igomba, yokwihanganira imibabaro ahōwe ubusa. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe19 Kuko Imana inezerezwa no kubona mukora ibigororotse kandi mwihanganira imibabaro iyo murenganywa muzira kuyubaha. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |