1 Petero 2:15 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)15 Kukw ivy’ Imana igomba ar’ uk’ ugukora neza kwanyu kuba agahomerabunwa ku bantu b’imburabgenge batagira ico bazi: အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe15 Kuko ico Imana igomba n’uko mukora ivyiza, bigatuma abatubaha Imana babura ico babavuga. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |