1 Petero 2:10 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)10 kera nta bantu mwarimwo, ariko noneho mur’ abantu b’Imana; kera ntimwaribgagirirwe imbabazi, ariko noneho mwarazigiriwe. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe10 Kera ntimwari ubwoko, ariko ubu muri ubwoko bw’Imana, kera ntimwari bwagirirwe imbabazi, ariko ubu mwarazigiriwe. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |