1 Petero 1:4 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)4 ngo tuze twegukire umwandu utazobora, utanduye, udakabirana, mwabīkiwe mw ijuru, အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe4 vyo kuzoronka umugabane udashobora guhera, kwononekara canke gusaza. Uwo mugabane uzigamiwe mw’ijuru ku bwanyu. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |
Kandi ku nkombe z’urwo ruzi, hakurya no hakuno, hazomera igiti cose cama ibiribga; ibibabi vyavyo nta ho bizokabirana, kandi n’ivyo vyama nta ho bizobura: bizohora vyera bijana n’ukwezi uko gutashe, kukw amazi abitunga ava ahēra h’urusengero: ivyo vyama bizoba ivyo kurya, n’ibibabi vyavyo bizoba umuti wo kuvūra.