1 Petero 1:24 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)24 Kuko, Abafise umubiri bose basa n’ivyatsi, Ubgiza bgabo bgose bumeze nk’amashurwe y’ivyatsi; Ivyatsi birūma, amashurwe agahunguruka, အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe24 Nk’uko Ivyanditswe bivuga ngo: “Abantu bose bameze nk’ivyatsi; kandi ubwiza bwabo bwose bumeze nk’amashurwe yo ku misozi; ivyatsi biruma, amashurwe agahungurukira hasi, အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |