1 Petero 1:22 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)22 Nuko rero, ko mwejesheje imitima kwumvira ukuri, kugira ngo mukunde bene Data bitar’ uruheyiheyi, mukovye mu gukundana bivuye mu mitima. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe22 Ubu rero ko mwiyejeje mu kwumvira ukuri, bigatuma mugiriranira urukundo ruva ku mutima vy’ukuri, nimukundane cane nk’abavukana kandi n’imitima yanyu yose. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |