1 Petero 1:14 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)14 Mumere nk’abana bagamburuka, ntimwishushanye n’ukwifuza kwanyu kwa kera kwo mu gihe c’ukutamenya kwanyu. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe14 Mubeho mwumvira Imana nk’abana bagamburuka. Ntimugasubire kubaho muhaza ivyipfuzo bibi vyabaganza mu gihe mwari mu butamenya. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |