1 Korinto 9:2 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)2 Namba ku bandi ntar’ intumwa, ariko kuri mwebge ndi yo: kuko mur’ ikimenyetso mu Mwami c’uko nd’intumwa. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe2 N’aho ntoba intumwa ku bandi, kuri mwebwe ndi yo. Namwe ubwanyu muri icemeza uko ndi intumwa y’Umwami. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |