1 Korinto 7:9 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)9 Ariko namba badashobora kwirinda bābīrane: kuko kwābīrana ari kwiza, kuruta gushuha. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe9 Ariko nimba batoshobora kwihangana, bakwiye kwubaka, kuko umuntu yopfuma yubaka aho kwicwa n’ukwipfuza. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |