Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




1 Korinto 7:3 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

3 Umugabo ahe umugore wiwe ivy’ akwiye, kand’ umugore na we abigenze artyo ku mugabo wiwe.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibiliya mu Kirundi coroshe

3 Umugabo ategerezwa kurangura amabanga y’abubatse n’umugore wiwe, n’umugore wiwe ni uko nyene.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




1 Korinto 7:3
4 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Na ho ni yamuharika uwundi, ntaz’ ahaze umutēko wiwe w’ inyama yamugereye cank’ imyambaro yiwe, cank’ imbu ziwe.


Ariko kubgo kwirinda gushakana, umugabo wese agire uwiwe mugore, n’umugore wese agire uwiwe mugabo.


Kuk’ umugore ataganza umubiri wiwe, arik’ uganzwa n’umugabo; kand’ umugabo na we ntaganza umubiri wiwe, arik’ uganzwa n’umugore.


Namwe bagabo n’uko, mubane n’abagore banyu nk’abazi ibibereye, kukw ari nk’imbombovu zidahwanije namwe inkomezi: kandi mubahe icubahiro, kuko na bo ar’ abaraganwa namwe ubuntu bg’ubugingo, kugira ng’ugusenga kwanyu ntikugire ikigutesha.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ