Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




1 Korinto 7:16 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

16 Yewe mugore, ubgirwa n’iki yuk’ uzokiza umugabo wawe? Yewe mugabo, ubgirwa n’iki yuk’ uzokiza umugore wawe?

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibiliya mu Kirundi coroshe

16 Mbega wa mugore we, ni igiki kikwemeza ko umugabo wawe azokizwa kubera wewe? Canke wa mugabo we, ni igiki kikwemeza ko umugore wawe azokizwa kubera wewe?

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




1 Korinto 7:16
7 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Imbuto y’umugororotsi n’igiti c’ubugingo, Kand’ ūfise ubgenge ahindura imitima y’abantu.


Ndababgire, Uko ni ko haba umunezero imbere y’abamarayika b’Imana kubg’ umunyavyaha umwe yihannye.


kugira ngo kumbure ntere ishari ab’i wacu, nkize bamwe muri bo.


Ku badakomeye nabaye nk’ūdakomeye, kugira ngo ndonke abadakomeye. Kuri bose nabaye vyose kugira ngo nkirishe bamwe‐bamwe uburyo bgose.


Wirinde ubgawe no ku vyo wigisha. Wame ushishikara ivyo, kuko ni wagira urtyo uzokwikizanya n’abakwumva.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ