Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




1 Korinto 7:12 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

12 Arikw abandi ni jewe mbabgira, s’Umwami wacu. Mwene Data asanzwe afise umugore atizera, kand’ uwo mugore agakunda kubana na we, yoye kumuta.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibiliya mu Kirundi coroshe

12 Abandi na bo, ibi ni vyo ndababwira, ariko ni jewe ubwanje, si Umwami Imana: mwene Data niyaba afise umugore atizera hanyuma uwo mugore agashaka kugumana na we, ntaze amwirukane.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




1 Korinto 7:12
8 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

arikw aramutse avanye na we, abe igisubiramuhira, canke yisubize hamwe n’umugabo wiwe. Kand’ umugabo yoye guta umugore wiwe.


Kand’ umugore afise umugabo atizera, na we agakunda kubana na we, yoye kuvana n’umugabo wiwe.


Ku vy’ inkumi, simfise icagezwe n’Umwami wacu; ariko ndababgira ivyo niyumvira, nk’umuntu yagiriwe ikigongwe n’Umwami, ngo mbe umwizigirwa.


Wahambiriwe ku mugore? Nturondere kubohorwa. Wabohowe ku mugore? Nturondere umugore.


Ariko mvuze ivyo ar’ ukwemerana, s’ivyagezwe mbagerera.


Ivyo mvuga simbivuga nk’ijambo ry’Umwami wacu, ariko ndabivuga nk’ūvugishwa n’ubupfu, nizigiye yuko mfise inyanduruko yo kwirata.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ