1 Korinto 6:2 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)2 Ntimuzi yukw abera ari bo bazocira ab’ isi urubanza? Kandi kw ari mwebge muzocira ab’ isi urubanza, none ntimubereye guca imanza nto‐nto? အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe2 Mbega ntimuzi ko abizera ari bo bazocira imanza isi? None nimba muzocira imanza isi, mwonanirwa no gutatura amatati asanzwe? အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |
Mbona intebe z’ubgami, mbona abicara kuri zo, bahabga ubucamanza. Kandi mbona ubugingo bg’abaciwe amazosi, babahōra gushingira intahe Yesu, n’ijambo ry’Imana, ni bo batāsenze ca gikōko cank’ igishushanyo caco, kandi ntibemeye gushirwa ikimenyetso caco mu ruhanga canke ku kiganza. Baba bazima, bafatanya na Kristo kuganza imyaka igihumbi.