1 Korinto 4:4 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)4 Kukw ata co niyiziko, ariko si co kintsindishiriza; arik’ ūncira urubanza n’Umwami wacu. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe4 Mu mutima wanje nta jwi rinyagiriza ikibi, ariko ivyo ntibisigura ko nera. Umwami Imana ni we ancira urubanza. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |