1 Korinto 4:3 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)3 Ariko kubganje ni nk’ubusa rwose gucirwa urubanza namwe, canke n’urukinja rw’abantu; kandi nanje nyene sinicira urubanza. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe3 Ku binyerekeye, nta co bintwaye gucirwa urubanza namwe canke n’ubundi bucamanza bwose bw’abantu. Ariko jewe ubwanje nta rubanza nicira. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |