Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




1 Korinto 3:4 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

4 Umuntu umwe kw avuga, ati Jeho nd’uwa Paulo, uwundi ati Jeho nd’uwa Apolo, ntimur’ abantu se?

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibiliya mu Kirundi coroshe

4 Iyo umwe muri mwebwe avuze ati: “Jewe ndi umwigishwa wa Pawulo,” uwundi ati: “Nanje ndi umwigishwa wa Apolo,” ntimuba muriko mwigenza nk’ab’iyi si?

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




1 Korinto 3:4
4 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Ico mvuze n’iki, yuk’ umuntu wese muri mwebge avuga, ati Jeho nd’uwa Paulo; uwundi ati Jeho nd’uwa Apolo; uwundi ati Jeho nd’uwa Kefa; uwundi ati Jeho nd’uwa Kristo.


kuko mukiganzwa n’ivy’ akameremere kanyu. Ko muri mwebge har’ ishari n’ugutongana, ntimuganzwa na vyo? Ntimugenda nk’abantu?


Ariko, bene Data, ivyo mvyigereranijeko, jewe na Apolo, kubganyu, nk’igishushanyo: kugira ngw ivyo mvuze kuri twebge bibigishe kutarenga ivyanditswe; ntihagire umuntu yikakisha arwana ishaka ry’umwe akagaya uwundi.


Ku vy’ ubutumwa navuze, ndabamenyesha bene Data, yukw atar’ ubg’ abantu:


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ