1 Korinto 3:2 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)2 Nabaramije amata, sinabagaburiye ivyo kurya bigumye: kuko mutaribgabishobore. Kandi na none ntimurabishobora, အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe2 Nabahaye amata, sinabahaye ivyokurya bigumye, kuko ntimwari bwagere kubishobora, kandi n’ubu ntimurabishobora. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |