1 Korinto 2:9 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)9 Ariko nk’uko handitswe, ngw Ivy’ ijisho ritigeze kubona, n’ivy’ ugutwi kutigeze kwumva, Ibitigeze kwinjira mu mutima w’umuntu, Vyose Imana yavyiteguriye abayikunda. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe9 Ivyanditswe bivuga biti: “Ivyo amaso atigeze abona, ivyo amatwi atigeze yumva, n’ivyo ubwenge butigeze bwiyumvira, ni vyo Imana yateguriye abayikunda.” အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |