1 Korinto 2:4 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)4 imvugo yanje n’ukwigisha kwanje ntivyarimw’ amajambo y’ubgenge yo kwemeza abantu, ariko vyaserukamwo Mpwemu n’ubushobozi, အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe4 Ubutumwa bwanje n’ukwigisha kwanje ntivyarimwo ubwenge bwinshi n’amajambo yo kwemeza abantu, ariko yagaragaramwo ubushobozi bwa Mpwemu Yera, အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |