1 Korinto 2:2 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)2 Kuko nagabiye kutagira ico mmenya muri mwebge, atari Yesu Kristo, we yabambge. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe2 Kuko nahisemwo kutagira ikindi mvuga igihe nari kumwe namwe, atari Yesu Kristo wenyene, umwe yabambwa ku musaraba. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |