1 Korinto 15:3 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)3 Kuko nabanje kubashikiriza ico nanje nahawe, yuko Kristo yapfiriye ivyaha vyacu, nk’ukw ivyanditswe bivuga, အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe3 Kuko ivyo nahawe ari vyo nabashikirije nk’ivy’igiciro vya mbere: ko Kristo yapfiriye ivyaha vyacu, nk’uko Ivyanditswe bibivuga, အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |