1 Korinto 13:3 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)3 Kandi naho notanga ivyanje vyose, ngo ngaburire aboro, kandi naho notanga umubiri wanje ngo nturirwe, ariko ntagira urukundo, nta co vyommarira. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe3 Naho nofata ivyanje vyose nkabiha abakene, ndetse naho notanga umubiri wanje kugira ngo ngire ico nirata ariko ntagira urukundo, vyoba ari ubusa. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |