1 Korinto 11:4 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)4 Umugabo wese iy’ asenga cank’ avugishwa n’Imana umutwe wiwe utwikiriye, aba awuteye isoni. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe4 Umugabo asenga canke avugishwa n’Imana atwikiriye umutwe aba asuzuguje umutwe wiwe. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |
Kand’ Imana yabanje gushira mw ishengero bamwe kuba intumwa, maz’ aba kabiri ibashiraho kuba abavugishwa na yo, maz’ aba gatatu, ibashiraho kuba abigisha, maz’ ishirah’ abakora ibitangaza, maz’ ishirah’ abāhawe ingabire zo gukiza indwara, n’abāhawe gufasha abandi, n’abāhawe kurōngōra, n’abāhawe kuvuga indimi nyinshi.