Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




1 Korinto 11:2 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

2 Ndabashima, kuko munyibuka muri vyose, mukagumya ivyo nabashikirije, nk’uko nabibahaye.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibiliya mu Kirundi coroshe

2 Ndabashimira cane ko munyibuka mu vyo mukora vyose, kandi mukaba mwarumiye ku nyigisho zanje nk’uko nazibahaye.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




1 Korinto 11:2
12 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Bompi bāgororoka imbere y’Imana, bāgendera mu vyagezwe n’amabgirizwa vy’Umwami Imana vyose, batagawa.


Arik’ uko mbabarira ibi, simbashima, kuko mudakoranira iciza, ariko mukoranira ikibi.


Mbega yemwe: ntimufise ingo zo kurīramwo no kunyweramwo? Canke mukēngēra ishengero ry’Imana, mugatētereza abadafise? Ndababgire iki? Ndabashime? Kur’ ivyo simbashima.


kandi mugakizwa na bgo, asangwa mukibufashe nk’uko nabubabgiye, shiti mwoba mwizereye ubusa.


Ni co gituma mbatumyeko Timoteyo, umwana wanje nkunda, ayobokera Umwami wacu; azobībutsa inzira zanje zo muri Kristo, nk’uko nigisha hose mu mashengero yose.


Ariko gusa, uk’ Umwami wacu yagabiye umuntu wese, kand’ ukw Imana yamuhamagaye, abe ari kw amera. Ni ko ngera mu mashengero yose.


Namwe mwaratwīgānye, mwīgāna n’Umwami wacu, mumaze kwakīrira ijambo ry’Imana mu marushwa menshi, munezerejwe na Mpwemu Yera,


Ariko none Timoteyo arashitse, avuye i wanyu, atuzaniye inkuru nziza y’ukwizera kwanyu n’urukundo rwanyu, kandi yuko mutwibuka neza imisi yose, mudukumbura mugomba kubonana natwe, nk’uko natwe tubakumbura.


Nuko bene Data, mushikame, mugumye ivyo mwashikirijwe, mwigishijwe, ar’ ivyo mwigishirijwe mu majambo canke mu cete cacu.


Ariko bene Data, turabagera mw izina ry’Umwami wacu Yesu Kristo, kuzibukīra mwene Data wese agenda asaragurika, cank’ adakurikira ivyo mwashikirijwe natwe.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ