Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




1 Korinto 10:2 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

2 bose bakabatirizwa kuba aba Mose mur’ ico gicu no mur’ ico kiyaga,

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibiliya mu Kirundi coroshe

2 Muri ico gicu no muri ico kiyaga, bose babatiririjwe kuba abigishwa ba Mose.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




1 Korinto 10:2
7 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Nukw Abisirayeli babona ibihambaye Uhoraho yakoreye Abanyegiputa: baca batinya Uhoraho, baramwizera, bo n’umusavyi wiwe Mose.


babatizwa na we mu ruzi Yorodani, bātura ivyaha vyabo.


Canke ntimuzi yuko twese abābatirijwe kuba muri Kristo Yesu, twabatirijwe kuba mu rupfu rwiwe?


kuko mwese ababatirijwe kuba aba Kristo mwanbaye Kristo.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ