Anashubi deta imbere lyaꞌbandu booshi, kwo Nahano adetaga kwokuno: «Kwo na kwokwo, ngamùlyosa mu buja bwa mwami Nebukandeneza weꞌBabeeri. Ulya mwami, keera akayagagaza abandu beꞌbihugo byoshi. Haliko, leero naye ngabalyosa mu bushobozi bwage, imyaka ibiri ítazi mala.» Ikyanya Hananiya akayusa ukudeta kwokwo, Yeremiya anayami yigendera.